US
Amakuru yerekeye Amagara y'Abantu mu Kirundi | Vermont Department of Health
Amakuru yerekeye Amagara y'Abantu mu Kirundi | Vermont Department of Health
CLOSE
Translations for you
Amakuru yerekeye Amagara y'Abantu mu Kirundi
Health Information in Many Languages
(Arabic) المعلومات الصحية باللغة العربية
(Dari) معلومات صحی دردری
(Pashto) روغتیایي معلومات په پښتو
Amakuru yerekeye Amagara y'Abantu mu Kirundi
Información de salud en Español (Spanish)
Macluumaadka Caafimaadka ee ku qoran Soomaali (Somali)
Renseignements médicaux en Français (French)
Stay Safe in Hot Weather
Stay Safe When the Air Quality is Poor
Stay Safe When There is a Flood
नेपालीमा स्वास्थ्यसम्बन्धी जानकारी (Nepali)
ကျန်းမာရေး သတင်းအချက်အလက်များ မြန်မာစာ (Burmese)
Niba ukeneye imfashanyo yo kumva neza aya makuru canke ukeneye umusiguzi, hamagara kuri 800-464-4343 kugira ngo uronke umusobanuzi kubuntu. Fyonda 1 niba ukeneye umusobanuzi kubuntu ata kiguzi.
Raba ireresi yerekana ukungene bakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi Kirundi
Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi
Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye
Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.
Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.
Gukoresha Google Translate
Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.
Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate
Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu?
Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri
[email protected]
kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.
Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa
Translated Title
English Title
Sort descending
Language
Ihindurwa ryingirakamaro ku itegeko ry'intebe yo mumuduga muri Vermont
Changes to Vermont’s Car Seat Law - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
802 Smiles Kwemera gukorerwa ibikorwa (igice ca 3)
802 Smiles Consent for Services (Tier 3) - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
802 Smiles Kwemera gukorerwa ibikorwa (igice ca 4)
802 Smiles Consent for Services (Tier 4) – Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
802 Smiles Kwemera gukorerwa ibikorwa (igice ca 1 ni ca 2)
802 Smiles Consent for Services (Tiers 1 and 2) - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
802 Smiles Ifishe yo kuvyemera hamwe n'amakuru y'inyongera ku vyerekeye umuti wa SDF
802 Smiles SDF Consent Form - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
988 Umurongo Ufasha abafise ivyiyumviro vyo kwiyahura canke abari mu bibazo
988 Suicide and Crisis Lifeline - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Ijambo rijanye n'ugushikira ibintu vyoroshe
Accessibility Statement - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Ikigo c’I Vermont kijejwe gufata ingingo zibereye kuvy’amagara y’abantu
Advance Directive for Health Care - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Kwemeza igitsina c'umuntu
Affidavit of Gender Identity - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Urwandiko rwemeza ko umuntu atagira aho aba
Affidavit of Homeless Status Form - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Kugabisha: Ntimwoge hano - Harimwo Imigera ya Bagiteri Myinshi
Alert: Do not swim. High levels of bacteria - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Uburyo butazimvye kandi butababaza bwo kuvura iryinyo ryabunzwe - ireresi
An Inexpensive and Painless Way to Treat Tooth Decay - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Gusaba ikopi y'icemezo c'amavuko canke iy'icemezo c'ukwitaba Imana i Vermont
Application for a Birth or Death Certificate - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Gusaba ikopi y'urupapuro rwemeza amavuko canke urupapuro rwemeza ukwitaba Imana i Vermont, Amabwirizwa y'inyongera
Application for a Birth or Death Certificate, Instructions - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Urupapuro rw'Amavuko rusabwa igihe cararenze hisunzwe Itegeko
Application for a Delayed Birth Certificate - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Urupapuro rw'Amavuko rusabwa igihe cararenze hisunzwe Itegeko, Amabwirizwa y'inyongera
Application for a Delayed Birth Certificate, Instructions - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Urupapuro Rwo Gusaba Uruhusha Rwo Kwubakana Biciye mu Mategeko Muri Reta ya Vermont
Application for a Marriage License - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Ingene umurerano asaba Urupapuro rw'amavuko rw'ukuri
Application for Adoptee’s Original Birth Certificate - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Gusaba Uruhusha rwo Gukoresha Amazu y'Amacumbi canke Ikigo c'Abana
Application for License to Operate a Lodging Establishment or Children’s Camp - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Gusaba Uruhusha rwo Gukora Ibifungurwa Bihinguwe
Application for License to Operate a Manufactured Food Establishment - Kirundi
Kirundi (Ikirundi)
Vyinshi ku bijanye na Google Translate
Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.
Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.
August 5, 2024