Ubudagi - Wikipedia
Jump to content
Kuva Wikipedia
Ikarata y'Ubudagi
Ibendera ry' Ubudagi
Ubudagi
ni
igihugu
kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane w'
Uburaya
Berlin
ni umurwa mukuru wiki gihugu.
Ubudagi
kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na kane ushira umwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na gatanu (1884-1885), aho ubudagi bwari buronse
Uburundi, Urwanda
hamwe na
Tanganyika
( Ubu yitwa Tansaniya).
Uburinganire: ibirometero kwadarato ibihumbi amajana atatu na mirongo itanu n'indwi n'amajana atatu na mirongo umunani na bitandatu (357.588km²)
Abanyagihugu: imiliyoni mirongo umunani na zitatu n'ibihumbi ijana na mirongo ine n'icenda n'amajana atatu (83.497.147hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na mirongo ibiri n'itanu (2025)
Ukurundana: Abantu amajana abiri na mirongo itatu na batatu ku kirometero kwadarato (233/km²).
Icitiro: Umudagi, umudagikazi.
Subira uvuke kuri "
Imice
Uburaya
Ubudagi
Ubudagi
Add topic